GOBUCON – KURANGUZA ama unités ya ECONET-LEO

GOBUCON – KURANGUZA ama unités ya ECONET-LEO GOBUCON iraranguza ama unités ya ECONET-LEO ku giciro ciza cane kandi gishimishije. Igusigira inyungu ya 10% Ukeneye ama unités? Ushobora kuyasanga aho GOBUCON ikorera i Bujumbura canke ukayatumako uri aho uri hose. Uburyo bwo kuriha buroroshe kandi bwihuta: • CASH aho GOBUCON IKORERA • BANK • LUMICASH • BANCOBU E-noti • Canke ubundi buryo bwo kuriha bukworoheye Umaze kuriha, ama unités yawe aca agushikira ako kanya, utarinze kuva aho uri. ❓ None uracarindira iki canke ngo ute umwanya muremure urondera aho urangurira ama unités ya ECONET-LEO? GOBUCON iriho ku bwanyu! Ikorana: ✔ Ubunyamwuga budasanzwe ✔Ububangutsi ✔Ubwizigirwa Hamagara canke wandikire: Phone: +257 69 15 71 21 Website: https://huniverse.space Email: gobuconh@gmail.com

💰 Price : 3.00 $

Please login or Sign Up to place an order or start a conversation.