KURANGUZA AMA UNITES YA ECONT-LEO

GOBUCON โ€“ KURANGUZA ama unitรฉs ya ECONET-LEO GOBUCON iraranguza ama unitรฉs ya ECONET-LEO ku giciro ciza cane kandi gishimishije. Tugusigira inyungu ya 10% Ukeneye ama unitรฉs? Ushobora kuyasanga aho GOBUCON ikorera i Bujumbura canke ukayatumako uri aho uri hose. Uburyo bwo kuriha buroroshe kandi bwihuta: โ€ข CASH aho GOBUCON IKORERA โ€ข BANK โ€ข LUMICASH โ€ข BANCOBU E-noti โ€ข Canke ubundi buryo bwo kuriha bukworoheye Umaze kuriha, ama unitรฉs yawe aca agushikira ako kanya, utarinze kuva aho uri. โ“ None uracarindira iki canke ngo ute umwanya muremure urondera aho urangurira ama unitรฉs ya ECONET-LEO? GOBUCON iriho ku bwanyu! Dukorana: โœ” Ubunyamwuga budasanzwe โœ”Ububangutsi โœ”Ubwizigirwa Duhamagare canke utwandikire: Phone: +257 69 15 71 21 Website: https://huniverse.space Email: gobuconh@gmail.com

Price : 9000.00 Fbu

Please Connect or create account Make your order or text the GOBUCON staff.